USOUMANE DEMBELE YAHAWE AMASEZERANO Y'IMYAKA ITANU NA JUVENTUS.

1.

 Nkuko tubikesha ikinyamakuru Catalunya Radio ngo  Umugwi wa Juventus de turindiriye wo mu gihugu c'ubutaliano wamenyesheje ko wemeye guha umusatirizi wa Fc Barcelona Ousmane Dembele amasezerano y'imyaka itanu.

Ayo masezerano yemewe na Juventus afise agaciro k'Imilioni 12 zama Euro kuri buri mwaka w'inkino .

Umusatirizi  Ousmane Dembele   akaba agifitaniye amasezerano n'umugwi wa Fc Barcelona azorangira mu mwaka wa 2022.

Ibinyamakuru bisaba bikiriko bararondera kumenya ko Fc Barcelona izorekura uyo mukinyi mugihe bagifitaniye amasezerano.