YAFASHE URUGENDO RUMUSHIKANA MUGIHUGU CA KENYA

YAFASHE URUGENDO RUMUSHIKANA MUGIHUGU CA KENYA

Kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 5 Ntwarante 2021, Umunonotsi w'umurundi Francine Niyonsaba yafashe indege aho agiye murugendo mu gihugu ca Kenya mu ntumbero yokwimenyereza kugirango azokwitabire inkino mpuzamakungu za olympiques.

Mwomenyako Niyonsaba Francine ari umunonotsi yiruka imetero amajana munani (800m) ariko Ubu akaba ariko yimenyereza kwiruka imetero ibihumbi bitanu (5000m).